Titre | Les premiers voyageurs étrangers au Burundi et au Rwanda : les « compagnons obscurs » des « explorateurs » | |
---|---|---|
Auteur | Jean-Pierre Chrétien | |
Revue | Afrique & histoire : revue internationale | |
Numéro | vol. 4, no 2, 2005 Dossier : Voyageurs africains | |
Rubrique / Thématique | Dossier : Voyageurs africains |
|
Page | 37-72 | |
Résumé |
Résumé en kirundi
Abazungu ba mbere bagendeye Afirika sibo bahateye isemo ya mbere
nk'uko abantu benshi bavyibaza. Dufatiye nko ku ibihugu vyo hagati y'ibiyaga,
izo ngenzi zaherekezwa n'abikorezi, ababereka inzira hamwe n'ababafasha
gutahura ibivuzwe muzindi ndimi. Abo bantu ntibavugwa cane mu nkuru zivuga ivyo
abo Bazungu babonye. Ariko wihweje neza ibivugwa muri izo nkuru, baravuga rimwe
rimwe aba nya Afirika baharekeje abo Bazungu babasigurira ivyerekeye ibihugu
baciye mwo, kandi uwo murimo bakawukora nk'abawumenyereye. Ivyanditswe mur'iki
gikorwa birerekana kandi n'imirwi y'abadandaza hamwe n'abandi ba nya Afirika,
n'aba nya Aziya, bakoreshwa muri urwo rudandazwa, abo nabo akaba aribo
bateguriye Abanyaburaya inzira zo kwinjira mu Burundi no mu Rwanda. Source : Éditeur (via Cairn.info) |
|
Résumé anglais |
European “explorers” were not the glorious pioneers one may imagine. In the Great Lakes Region of East Africa, as everywhere, they were accompanied by porters, guides, and interpreters, whose help as well as the information they provided are seldom acknowledged in European narratives of discovery. New attention to the scattered mentions concerning these travels points towards a cosmopolite universe of professional African informants and travel companions who found employment with these varied expeditions. This essay also discloses the extent of the networks used by African and Asian traders and middlemen who paved the road to European penetration in Burundi and Rwanda. Source : Éditeur (via Cairn.info) |
|
Article en ligne | http://www.cairn.info/article.php?ID_ARTICLE=AFHI_004_0037 |